UBWENGE BW’UBUTUMWA BWIZA BW’UMWIMERERE (Kirundi53)【電子書籍】[ Paul C. Jong ]
¥ 427 送料無料:
【電子書籍なら、スマホ・パソコンの無料アプリで今すぐ読める!】<p>Ubutumwa bwiza bw’umwimerere bwanditswe muri kino gitabo ni ubutumwa bwiza nyakuri bwitwa “ubutumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu.” Gushika ubu, uko biri kwose, isinzi ry’abakristo ntibazi ko ubutumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu ko vy’ukuri ari bwo butumwa bwiza nyakuri, ingaruka yavyo nuko mu buryo butaribwo baciye bizera ‘ubutumwa bwiza bw’igice’. Nico gituma ukwizera kwabo kudatera imbere, kandi vyatumye batabona ugutera imbere na kumwe kwo mu buryo bw’impwemu. Ukwizera kwabo kwama iminsi yose kudatunganye, kugizwe n’imyemerere y’ivyagezwe canke iy’amayobera. Ingaruka yavyo nuko bisanga ataco bashoboye atari kuguma bafise imitima y’ikinyavyaha. Ni ubwahe bushobozi bw’impwemu abo bakristo boronka vy’ukuri mugihe ivyaha vyabo biguma ari ubwome mu mitima yabo? Kubera ko bacitse abakristo babanyantege nke, ubuzima bwabo muri iyi isi nabwo nyene ni ubw’impfa gusa. Turashobora kuvuga rero ko ubukristo bwa kino gihe ...
Ubwenge BW’Ubutumwa Bwiza BW’Umwimerere (Kirundi53)【電子書籍】[ Paul C. Jong ]
¥ 462 送料無料: